Bang Media

Shakisha

Indirimbo z'Imana Videos

LaHaye:Fatou Bensouda arifuza ko Saif al-Islam Kadafi afatwa

Umukuru arongoye sentare mpuzamakungu mpanavyaha kur’uyu wa gatatu yasavye ko Saif al-Islam Kadafi, umuhungu wa Moammar Kadafi yahoze arongoye Libiya afatwa akarungikwa mur’iyo sentare kuburanishwa ku vyaha yagirizwa vyo mu ntambara no kwica abahoze batavuga rumwe na se. Mwomenya ko kur’uyu w’Imana, umushingwamanza wa Saif al-Islam yavuze ko uwo aburanira yafunguwe mw’ibohero yarimwo kuva m’umwaka wa 2011 inyuma y’imibonano bagiranye n’inama nshingamateka. Fatou Bensouda arongoye ICC yashikirije ko ibiro vyiwe bikiriko birihweza ivy’irekurwa ryiwe. Saif, gushik’ubu akaba atawuzi aho ari.

Related Posts by Categories



Sem comentários:

Enviar um comentário

Related Posts Plugin for WordPress, Blogger...