Bang Media

Shakisha kuri ino site

#Football: Jose Mourinho yirukanywe muri Manchester United

Jose Mourinho yirukanywe muri Manchester United
Jose Mourinho yirukanywe muri Manchester United


Jose Mourinho yirukanywe muri Manchester United nyuma y'imyaka ibiri n'igice Jose Mourinho avuye muri Manchester United yari amaze imyaka ibiri n'igice atoza iyo kipe Mourinho w'imyaka 55 akomoka mu gihugu cya Portugal, yatwaye igikombe cya League Cup na Europa League. Mw'itangazo United yasohoye, bivugwa ko "hagiye kugenwa umutoza w'agateganyo kugera championat irangiye.

Related Posts by Categories



Sem comentários:

Publicar um comentário